Abimwe ubuhungiro mu Bwongereza bagiye kuzohabwa gushika ku bihumbi bitatu vy'amafaranga y'Ubwongereza, pound (£3.000, amafaranga y'Urwanda hafi miriyoni zitanu) baje mu Rwanda hisunzwe umugambi ...
Dr Basile Ikuzo, umuyobozi w'ishami rishinzwe kurwanya ikwiragira ry'umugera wa SIDA mu kigo c'igihugu gishinzwe amagara y'abantu mu Rwanda (RBC), avuga ko umuti Cabotegravir canke CAB-LA atari ...